John K. Niyondiko podcast: Recent Episodes

John Niyondiko

This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator

View Details

I once was lost but now I am found, was blind but now I see.

View Details

Ukudaharira gushobora kuba imihongero canke imiryango izibira inyishu z'amasengesho yawe. Harira kandi usabire ivyiza abansi bawe hanyuma urabe ibiza kukubako.

View Details

Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora!

View Details

Twipfuze ko abandi bene Data bose bovugishwa n'Imana bose kandi bose.

View Details

Uwu mugabo yitwa Mose yipfuza ko abantu b'uhoraho bose bavugishwa nawe. Ntiyashaka ko aba rurangiranwa wenyene. uburwaneza bugaragarira mu gushira imbere abandi.

View Details

Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore aho ashaka kuja kuba. Aburahamu atora mu nyuma ahaboneka ko hatari heza. Ariko aho nyene niho Imana yaciye iza iramwiyerekera, niho yaronkeye umugisha.

View Details

Ubukene - ubworo bwo mu mutima, iyo umuntu amaze kubwibonako, hanyuma agaca atuntuzwa n'ubwo bukene kuburyo bimutera kurondera guharirwa ivyaha vyiwe, aba ari umuhirwe.

View Details

Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.

View Details

Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.

View Details

Yesu ni Jambo w'Imana
Yesu ni Umuremyi
Yesu ni Umwami
Yesu ni Umuherezi Mukuru
Yesu ni Umukiza atanga agakiza - sozo
Yesu ni we atanga amahoro - shalom: tranquility, wholeness, completeness, health, wealth, propsperity, favor, the ability to finish, to be safe.
Ni Imana
Yesu ntaterwa n'isoni ryo kutwita aba frères (n'aba soeurs) biwe
Natwe yatugize abami n'abaherezi: we reigne and give command and we serve - intercede on behalf of others. We operate this way as we pray and fast and do it in the name of Jesus our Savior and Lord and by the power of the Holy Spirit. Amen

View Details

Igihe Yesu yakoresha ijambo ishengero - ekklesia, abamwumvise batahuye iki? Batahuye ko abarungitse kumuserukira mu mahanga yose,

View Details

Jesus came in the world to be like us so to save us from our sins

View Details

Ubwo hageze ko utabarwa, igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. Imana ntikangwa ikintu na kimwe mu bikurwanya, ntikangwa abasirikare, amasasu, abakwanka, abakuvuga nabi, n'ibindi.

View Details

Since it is your time to be rescued, your miracle has arrived; no one can block your miracle

View Details

When we pray, we get changed to be able to receive what God has planned for us

View Details

when we pray, We are humbling ourselves before God. We get rewarded; we benefit from it.

We do not pray to change the will of God. We pray to have communion with the living God in such a way that he will change you to have the ability to receive that which he has for us. Ravi Zacharias

View Details

We pray not to change the will of God but so we get changed to be able to receive what God has in store for us.

Dusenga ngoabe ari twebwe duhinduka ngo twakire ubugombe bw'Imana kuri twebwe, ntabwo ari ukugira ngo Imana ihindure ubugombe bwayo

View Details

Let us learn from Jesus and have an attitude like his. He humbled himself up to being crucified on the cross. To endure our tribulations, troubles, and hardships, we need to fix our eyes on the rewards we will get after overcoming and finishing the race.

Yesu yashinze ijisho ku nyungu azoronka arangije ivyo kubambwa no kuducungura vyose, aca ashobozwa kwihanganira isoni z'umusaraba. Inyuma y'amageragezwa n'ingorane ducamwo, hariyo inyungu nyishi.

Iyo ugize ico uhevye, ukihebera uwundi, umukene, umupfakazi, canke impfuvyi, harimwo inyungu nyinshi ziteye igomwe.

View Details

Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana. Yari Imana ariko aca bugufi acika uwusa n'bantu.

Nkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi.
- Ca bugufi usenge
- Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore
- Ca bugufi ukorere abandi

Emera uhombe harimwo inyungu.

View Details

Gaining by losing is a great principle. Yesu yahevye ivyo mwijuru, icubahiro, ubutunzi, nibindi kugira ngo ashobore kuronka no gukiza icari carazimiye. Ntiyiyumviriye ko kuringanira n'Imana ari ikintu co kwumirako. Yisize ubusa acika usa n'abantu, yambara ishusho y'umugurano.

View Details

We own nothing in this world. Everything was given to us. Reka kwirata Nyabuna koreshereza Imana ivyo ufise vyose.

View Details

The message of Jesus Christ, him crucified, proclaimed by people filled with the Holy Spirit, turns the world upside down.

View Details

Ukwizera nyakuri kuba guhagaze ku Kuri. Ijambo ry'Imana ni ryo kuri. Yesu ni we kuri. Ico Imana ivuze ni ukuri. Uwemeranya n'ukuri abona ivyamwa vyiza kandi bikomeye.

View Details

Yesu Igihe yinjira muri Yerusalemu yakeneye inyana y'indogoba agenderako. Yesu akeneye abantu akoresha kugira ngo akore ubushake bwiwe; akeneye abo akoresha. Ivyimburwa ni vyinshi ariko abimbuzi ni bake.

View Details

Yesu avuga ati ni munkorere amaganya yanyu yose

View Details

Written in 2003

View Details

Written in 2003

View Details

Witten in 1994 at Kiremba Pentecostal Church in Bururi Burundi

View Details

Written around 2003 and recorded at TWR Burundi by Charles Haringanji.

View Details

Kungoma wa Mesiya. I wrote this song in 1994 at Kiremba Bururi Burundi.

View Details

Written in 1994. Numvise nshaka kugira ama chorus avuga ivuka rya Yesu ishengero ryokoresha mu bihe vyo kwibuka ivuka ry'Umwami wacu. Ni bwo na composa ama choruses ashika nka munani.

View Details

Written in 2003

View Details

I wrote this son back in 2001 after the wedding of Emile Bigirimana. I had just experienced how God had let us have ceremonies without rain while it was pouring hard around us.

View Details

Nimba utarakunda abandi kugeza aho wobitangira, hari ahantu utaragera

View Details

Mu giheburayo, ijambo Ubugararwa (ubutayu) ni Midbar. Iri rikomoka muri davar, naryo rikaba risigura "kuvuga." Ubugaragwa ni ahantu Imana ivugira. Iyo turi mu bugaragwa, twitegurire kwumva ico Imana iriko iravuga.

View Details

We were each created to the bride. Deep down in the center of our being, in our deepest heart, we seek to be filled. As the bride is made to be married, so, we all were made to be the bride of God. We need to marry God by joining every part of our life and being to God in order to be complete.

View Details

Existence is a love story. We were each created to be the bride. Deep down in our being, in the deepest part of our heart, we seek to be filled. We are the bride who were created for God, the bridegroom.

View Details

Imisi yo kuba kwisi ni mikeya; tugire ubwenge, tumenye ingene twitwara n'ingene dutegura kazoza kacu. Umuntu apfukamye agasenga, ahabwa ububasha bwo gutegura (prepare), GUHINDURA ibitohindutse. Sengera igihe kiri imbere yawe. Woye kurindira ko ingorane zibanza gushika, senga zitaranaza. Iyo tugiye ku mavi tugasenga Imana irahishura ivyo muri kazoza. Tegura kazoza kawe; ku mavi.

View Details

Iyo dukekeranije Imana, uwo iri, duhita tugira ubwoba tugashaka kwirwanira kandi tutari bubishobore, tugaca dutangura kwiganyira.

View Details

Imbere yo kurangiza umwaka, ni vyiza ko umuntu asuzuma ivyumwaka urangiye hama akagira imihigo ya kazoza. Weho, urangije umwaka ute?

View Details

L'espoir fait vivre. Hope is the anchor

View Details

Umntu avuga ko ari mu muco ariko akaba yanka umubanyi wiwe canke uwundi muntu numwe aba ari umubeshi.

View Details

Dukunde nkuko Imana ikunda, Tubeho ubuzima buhimbara Imana, dukore Ibintu nkuko Yesu Kristo yobikora iyaba yari hano.

View Details

Love the Lord your God with all your everything and love your neighbor as yourself are a summary of the 10 commandments.

View Details

Imana yawe iri ku ngoma.

View Details

Abakiri Yesu akababera Umwami n'Umukiza wabo, abaha akamere k'ubumana bwiwe, akamere k'urukundo.

View Details

Egome birashoboka ko ukunda uwutagukunda, ko ugirira neza uwakugiriye nabi. This is the mark of those who belong to Jesus Christ: LOVE with the Love of God

View Details

Kubera iki iyo akabazo kavyutse duca tugira ubwoba? Duca tugomba kwirwanira? Yewe humura, izere umwami Yesu Kristo, yaranesheje satani. Muhamagare, mubarire ivyo bikugoye.

View Details

Mbega yesu ni yaza azosanga ukwizera mw'isi? Kubera ukwizera tubasha kugendagenda hejuru ku misozi tukayitambagirako.

View Details

Yesu yasize atugeze ibintu vyisnhi. Muri vyo harimwo gusenga. Iyo usenga umenye ko harimwo ubushobozi mwizina rya Yesu Kristo Umukiza wacu.

View Details

When we pray, we need to have faith. Faith in who? In God. We need to use the Word of God and stand on His promises. When we proclaim and declare his words in faith, our prayers become decrees that we utter over whatever we are praying for/about. These things and situations have to obey. Glory be to God.

View Details

PTI worship team

View Details

God is calling you and me to stand in the gap - to intercede for others, for our churches, our families, our cities, our neighborhood, our countries, our ministries, etc

View Details

Iyo umuntu ataritse amaboko mu gusenga aba avuze ati Mana sinshoboye, nuze wewe urwane kuko urabishoboye

View Details

Birabereye gishima Imana - It is good to praise the Lord

View Details

When the people of God pray, God works and things get changed for real and for good.

View Details

Uwushobora gufasha kuvuza Celestin Havyarimana ahamagariwe kugira ico akoze. Umudame wiwe Justine ariko ababwira kwo vyagenze n'ukwo bimaze.

View Details

Jesus taught us to start our prayer time with praise and to close it with praise. You remind God who he is, you remind yourself who God is, and you remind satan who God - the God who resurrected Jesus of Nazareth from the dead, is; you are telling even the problems and issues that are in your life that God is way bigger than them. Hallelujah.

View Details

weep no more! No matter what you are going through. Jesus is with you. He is able to save you. He is the Lion and the Lamb. weep no more. Just believe.

View Details

When you believe and do what God tells you to do, you will see great results. In the first place, it may sound that God asks you to do a stupid thing. However, when you obey, you will see amazing things.

View Details

Yesu yatanze itegeko ko buri muntu wese amaze kumwizera akora igikorwa co kuzana abandi kuri we, bagahinduka abigishwa biwe. Haguruka yewe wakijijwe ubwire abandi ko Yesu abakunda kandi ko ari Umwami, ko bakeneye kumwakira mu mitima yabo.

View Details

Kubatizwa ni icangombwa Yesu yategetse ko buri muntu wese amwakiriye agakizwa ategerezwa gukora

View Details

When Jesus saves you, after you repent and believe, you hear these beautiful words, "Go In Peace." When you do, you will never be the same.

View Details

Iyo umuntu yakiriye Yesu Kristo, biramenyekana, abandi barabibona. akarorero ka Zakayo

View Details

There is an unseen but real kingdom. The day you enter it, you surely know you are in it. And from that moment, others will realize that you are a different person. Hey, come on in!

Hariho ubwami bw'ukuri naho butabonwa n'amaso y'umubiri. Umusi ubwinjiyemwo, uramenya neza ko wabugezemwo. Kandi nabandi bahita babona yuko hari ikintu cabaye. Nyaruka winjire!

View Details

Nubwo icaha cononye ivyo Imana yaremye, Imana ikomeje umugambi wayo wo gusubiza ibintu mu rutonde, kandi turazi ingene urukino ruzorangira

View Details

Believing in Jesus the Messiah, the one who was criscified and who rose from the dead gets in a Kingdom whose lifestyle is what Jesus comanded.